Reta y’Uburundi itangaza ko yanezerejwe n’iyo ngingo, ikongera ikavuga kw’ikibazo canke umugambi wo kurungika inteko mu Burundi uhebwe ubutagisbira inyuma.
Abatavuga rumwe na reta bobo, bavuga kw’amakungu yahemukiye abarundi, kuko yananiwe gupfundika umugambi wo kurungika inteko mu Burundi.
Reka twumvirize umushikiranganji w’Uburundi ajejwe imigenderanire hamwe no gufshanya n’amakuntu, Alain Nyamitwe, atangura avuga ukuntu muri reta, bakiriye ivyashikirijwe n’iyo nama nkuru y’abakuru b’ibihugu vyo muri Afrika:
Your browser doesn’t support HTML5
Umushikiranganji Alain Nyamitwe ku nama y'abakuru b'ibihugu
Umushingantahe Leonard Nyangoma nawe, arongoye urunani rutavuga rumwe na reta, CNARED, yaragize ico avuga ku vyapfundikiwe I Addis Abeba
Your browser doesn’t support HTML5
Leonard Nyangoma ku nama y'abakuru b'iihugu vya Afrika