Burundi: Imvura y’Isegenya Yaragisibije I Gitega

Imvuray'Isegenya i Gitega

Abashingamateka baserukira intara ya Gitega bamenyesha ko baticaye, ahubwo bariko bariruka hirya no hino badodora kugira ngo ababishoboye, bagire ico bafasha.

Abo bashingamateka bagendeye muri komine Mutaho ahari imiryango irara hanze kubera inzu zasidutse, izindi zikagurugwa n’umuyaga.

Inkuru y'iyo myuzure yateguwe n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Fidele Nsabimana.

Your browser doesn’t support HTML5

Imvura y'isegenya