Imibereho Igoranye y'Ibinyamwema mu Burundi

Ibinyamwema mu Burundi

Abanyamwema bo mu makomine atandatu agize intara ya Cibitoke baremeza ko ukubaho kwabo kutoroshe. Uyu mukenyezi w’umunyamwema azwi kw’izina rya GIRUKWISHA Luminata ava mu rukana muri komine Rugombo.

Twamusanze ku murwa mukuru w’intara ya Cibitoke yaje mu ruganda co kimwe n’abandi ba nyamwema rwo kwigishwa ingene boshinga amashirahamwe bo nyene kugira bashobore kwikenura.

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi / Ibinyamwema