Burundi: Imyaka 22 Irarangiye Perezida Ndadaye Agandaguwe

  • Frederic Nkundikije

Imyaka 22 irarangiye Ndadaye yishwe

Hari kw’iginekerezo rya 21 ry’ukwezi kw’icumi mu mwaka w’1993, igihe ibara ryagwa mu Burundi, President wa mbere yatowe n’abanyagihugu, akagandagurwa.

Abanywanyi b’umugambwe Sahwanya Frodebu baratera akamo gasaba ko ubutungane bw'u Burudi bwakora itohoza

Umukuru w’umugambwe Frodebu Nyakuri, Leonce Ngendakumana, avuga kw’abarundi n’Uburundi, batazokwemera kw’igandagurwa rya Melchior Ndadaye ryihweza mu matohozwa azokorwa n’umurwi uejwej ukuri n’ukurekuriranira:

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi: Ubutungane burakenewe kw'Igandagurwa rya Ndadaye