ONU: Abapfasoni BakoresheTwitter mu Kugarura Amahoro kw'Isi

Abapfasoni Mu Myiyerekano

Ishirahamwe mpuzamakungu ryateye akamo abapfasoni aho bari hose kw’isi, ngo bokoreshe uburyo bwo guhanahana amakuru, TWEETER, kugira ngo batange ivyiyumviro vyabo hamwe n’impanuro vyerekeye intererano yabo mu kugarukana umutekano n’ugutsimbataza amahoro.

Abafasoni babiri bitavye ako kamo, Catherine Mabobori hamwe na Aline Ndenzako, baganiriye n’Iradiyo Ijwi rya amerika, ku vyerekeye intererano yabo mur’ico gikorwa:

Mushobora kwumviriza.

Your browser doesn’t support HTML5

ONU yatekeye akamo abakenyezi kabasaba gushikiriza ivyiyumviro vy'amahoro, kuri Tweeter