Burundi: Gervais Rufyikiri Ariyamiriza Umurwi Ujejwe Ibiganiro

  • Frederic Nkundikije
Gervais Rufykiri yahoze ar'icegera kigira kabiri ca Perezida w'Uburundi avuga kw'igenwa ry'uyo murwi ar'ubundi buryo bwo gusamaza abarundi

Umwe mu bayobozi bahunze uBurundi bagize umurwi CNARED avuga ko igenwa ry'umurwi ujejwe ibiganiro utazafasha Abarundi kuja hamwe.

Umushingantahe Gervais Rufykiiri, yahoze ari icegera kigira kabiri ca Perezida Petero Nkurunziza, yasuye Ijwi ry'Amerika hano i Washington kw'igenekerezo rya 25 ry'ukwezi kw'icenda. Yari umutumire mu kignairo Murisanga, aho yasubije ibibazo bamwe mu barundi bibaza.

Your browser doesn’t support HTML5

Gervais Rufyikiri ku biganiro vyohuza abadurndi