Ibibazo ni Byinshi mu Mashule yo mu Burundi

  • Frederic Nkundikije
Ku musi wa mbere itariki 21 y’ukwezi kw’icenda niho amashule yatangura icese mu Burundi.

Amashule atanguye mu gihe mu bice bitari bike vy’igihugu, cane cane I Bujumbura, haranzwe n’umutekano muke, no mu gihe kandi abarundi batari bake bahunze igihugu.

Ibibazo bishobora kuba bihari mu bijanye n’inyigisho, si bike. None abarezi aho bari hose, abavyeyi, abategetsi cane cane abajejwe indero n’inyigisho, bokora iki kugira ngo ibibazo bihari vaytewe n’umutekano muke, bigabanuke canke birangire ubutagisubira inyuma.

Kur’ibi bibazo vyose rero Twumvirize professeur Charles Nditije yigisaha muri kaminuza y’Uburundi hamwe na professeur Athanase Gahungu yigisha muri kaminuza yo muri Amerika, Chicago State University.

Your browser doesn’t support HTML5

Umwaka w'amashule waratanguye ku musi wa mbere