Egleziya Gatolika mu Burundi isaba leta n'abatavuga rumwe na yo gusubira mu biganiro
Abasenyeri mu Burundi, ku musi wa mungu igenekerezo rya 20 ry’ukwezi kw’icenda, barateye akamo abarundi hamwe n’abanyapolitike kabasa gusubirana kwunga ubumwe, gutsimbataza amahoro no gusubira mu biganiro.
Harahe igihe kandi reta y’Uburundi yemeye kw’ivyo biganiro bigeye gutangura. Yamara ikiriko kiribonekeza n’uko abatavuga rumwe na reta hamwe n’abari muri Reta, batumva kumwe ukuntu ivyo biganiro vyogenda , ukuntu vyotunganywa hamwe n’abobijamwo
Your browser doesn’t support HTML5
Murisanga