Mu Burundi, Abaganwa Barasaba Kudakumirwa

Impagarara za politiki mu Burundi


Hari bamwe mu baganwa, wumva umuryango wabo ushobora kuba ipfundo ryo kunywanisha Abarundi.

Ildelphonse Rugema, yarandikiye umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu , Ban Ki-mon, ku vyerekeye uruhagarara rwa politike mu Burundi hamwe n’uruhara abaganwa bogira mu kunywanisha abarundi.

Mu kiganiro Murisanga kw'Ijwi ry'Amerika, umunyamakuru Frederic Nkundikije yaganiye n'abaganwa babiri batavuga rumwe kuri iki kibazo, ndetse n'abanywanyi b'Ijwi ry'Amerika baboneraho kubabaza ibibazo.

Your browser doesn’t support HTML5

Abaganwa mu Burundi