Burundi: Uruhagarara Hagati Y’Abapolisi n’Abatuye Musaga

Uruhagarara rwa politike mu Burundi

Ku musi wa kane, igenekerezo rya 2 ry’ukwezi kw’icenda, nta munyagihugu n’umwe yararuka mur’iyo komine.

Abapolisi bavuga ko batoye ibigwanisho, igihe c’ico gikorwa co kurondera ibigwanisho.

Urwo ruharagara rwarabandanije na bukeye bwaho ku musi wa gatanu, aho hatangajwe amakuru avuga kw’abasore baba mur’iyo quartier bari bahungiye mu misozi iri hejuru ya Musaga.

Mu kiganiro giha Ijambo abanyagihugu, twaraganiye na Athanase Gahungu yigisha muri kaminuza Chicago University, muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, hamwe na Professeur Liberat Ntibagirakandi yigisha muri kaminuza mu gihugu c’Ububirigi hamwe na Dorimana Semana yahonosoye ibibazo vyo muri Afrika yo mu biyahaga binini: Baratanga ivyiyumviro vyabo vy’ukuntu urwo ruhagaraa rworangira.

Tubatege amatwi

Your browser doesn’t support HTML5

Uruhagarara ku Musaga