Ibikwiriye Kugira Habe Iterambere Rirama mu Burundi

  • VOA Africa

Uburundi kw'ikarata

Mu Kiganiro, “Murisanga”, Ijwi rya Amerika ryaturmiye Francis Rohero, ayoboboye umuhari, “Movement Orange”, umuhari w’Uburundi bugeze mu bigero, bitiriye ibara ry’umucungwe.

Francis Rohero yarashize ahabona kandi umugambi w’Uburundid bwikwije, buhimbaye, kandi butekanye.

Amenyesha ibikwiriye kugira habe iterambere riboneka kandi rirama mu Burundi:

Your browser doesn’t support HTML5

Ibikenewe kugira habe iteramebere ry'ukuri kandi rirama mu Burundi