Charles Nditije Arabeshuza Amakuru Kw'ashobnora Kuja Mu Nzego Za Reta

Uruhagara rwa Politike Mu Burundi

Charles Nditije avuga kw'ata munywanyi n'umwe wo mu mugambwe Uprona uri mu runani Amizero y'Abarundi, azoja mu nzego za Areta.

Avuga kw'uwuzohirahira akaja mu nzeo za reta, azofatirwa ibihano bihambaye.

Charles Nditije avuga kandi ko hakwiye kuba ibiganiro vyihutirwa vyokemura ikibazo c'ikiringo c'umukuru w'igihugu hamwe n'ikibazo c'abazoja mu nzego za reta.

Mushobora kwumviriza.

Your browser doesn’t support HTML5

Charles Nditije Ku makuru kw'ashobora kuja mu nzego za reta