Burundi: Ba Buramatari Bemeza ko Umutekano Ari Wose mu Ntara

Mu Burundi, ba Buramatari b'intara bemeza ko amatora yagombye gukorwa mu gihugu, kuko mu ntara zabo nta kibazo cy'umutekano gihari.

Mu kiganiro bagiranye na Radiyo Ijwi ry'Amerika, bamwe muri ba Buramatari bavuga ko kuganira kenshi n'abahagarariye amashyaka atavuga rumwe n'ubutegetsi.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Etienne Karekezi yavuganye na ba Buramatari b'intara ya Muyinga na Ruyigi ndetse n'umuyobozi w'ishyaka rya FRODEBU-Nyakuri Iragi rya Ndadaye.

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi> Ba Buramatari Barahamya ko Umutekano ari Wose mu Ntara