Umuryango w’Ubumwe bw’i Bulayi bwahagaritse igikorwa cawo c’ugukwirikirana amatora mu Burundi.

Umuryango w’Ubumwe bw’i Bulayi, bumenyesha ko hari ivya ngombwa bikenewe gushirwa mu ngiro kugira bituma haba amatora abera ku mugaragaro, arangwa n’amahoro, yizigiwe kandi atagira utunenge yotuma abanyepolitike n’abanyagihugu bayizigira.