Uruhagarara rwa politike mu Burundi, hagati y’italiki 25 n’italiki 27 z’ukwezi kwa gatanu, umwaka w’2015

Abapolisi n’abasirikare bariko barakuraho ivyazibiye amabarabara vyashizweho n’abari mu myiyerekano y’ukwiyamiriza Reta muri Kimone ya Cibitoke ku murwa mukuru w’Uburundi, Bujumbura, ku musi wa mbere, italiki 25 z’ukwezi kwa gatanu, umwaka w’2015.

Abarwanyi bagizwe n’imikanganra y’Imbonerakure ishigikiye Reta bariko bahiga abari mu myiyerekano, igipolisi kirorera, muri Komine Kinama ku murwa mukuru w’Uburundi, Bujumbura, ku musi wa mbere, italiki 25 z’ukwezi kwa gatanu, umwaka w’2015.

Umwe mu bari mu myiyerekano ariko akoresha itopito mu gihe we n’abandi bariko bagira imyiyerekano muri Komine Buyenzi, ku murwa mukuru w’Uburundi, Bujumbura, ku musi wa kabiri, italiki 26 z’ukwezi kwa gatanu, umwaka w’2015.

Abari mu myiyerekano bariko bazibira ibarabara muri Komine Buyenzi ku murwa mukuru w’Uburundi, Bujumbura, ku musi wa kabiri, italiki 26 z’ukwezi kwa gatanu, umwaka w’2015.

Igipolisi kiriko gihagarika imikangara iri mu myiyerekano, ku murwa mukuru w’Uburundi, Bujumbura, ku musi wa kabiri, italiki 26 z’ukwezi akwa gatanu, umwaka w’2015

Umwe mu mikangara yari mu myiyerekano yicaye mu kibanza c’inyuma mu modoka y’igipolisi inyuma yuko ahagaritswe muri Komine Buyenzi ku murwa mukuru w’Uburundi, Bujumbura, ku musi wa kabiri italiki 26 z’ukwezi kwa gatanu, umwaka w’2015.

Abari mu myiyerekano bariko baturira ivyo bakoresheje mu kuzibira ibarabara muri Komine Buyenzi ku murwa mukuru w’Uburundi, Bujumbura, ku musi wa kabiri, italiki 26 z’ukwezi zkwa gatanu, umwaka w’2015.

Umwe mu bari mu myiyerekano yihishije mu maso afise imbugita iri ku giti, ariko atunga abapolisi muri Komine Buyenzi, ku murwa mukuru w’Uburundi, Bujumbura, ku musi wa kabiri, italiki 26 z’ukwezi kwa gatanu, umwaka w’2015.

Umwe mu bari mu myiyerekano ariko asuka amazi ku mbeya z’ivyazibiye amabarabara biriko birasha yari yashizeho hamwe n’abandi, igihe umuriro watangura kwaka hejuru y’intsinga zitanga umuyangankuba muri Komine Buyenzi ku murwa mukuru w’Uburundi, Bujumbura, ku musi wa kabiri, italiki 26 z’ukwezi kwa gatanu, umwaka w’2015.

Umwe mu bari mu myiyerekano yakomeretse igihe yariko ahigwa n’igipolisi, ariko afashwa n’abandi muri Komine Buyenzi, ku murwa mukuru w’Uburundi, Bujumbura, ku musi wa kabiri, italiki 26 z’ukwezi kwa gatanu, umwaka w’2015.