Burundi: Amahoro n'Umutekano Vyari Bisanzwe Bicumbagira Biregeramiwe

  • Fidele Niyongabo

Umushakashatsi Rene Claude Niyonkuru

Mu kiganiro n'Ijwi rya Amerika, umushakashatsi Rene Claude Niyonkuru, ku bijanye n'amategeko n'itunganywa ry'intwaro, amenyesha kw'ikibazo kiri imbere uno musi ari ikibazo kijanye n'ugusubira kwitoza kwa prezida Pierre Nkurunziza, yamara atangaza kw'ico kibazo cerekana n'ibindi bibazo bisanzwe biri mu gihugu aho abantu batari bake bakenye, urwaruka rutagira akazi, kandi abantu bafise umwiheburo wa kazoza.


Your browser doesn’t support HTML5

Amahoro n'umjutekano vyacumbagira birageramiwe mu Burundi