Burundi: Polisi Ihanganye n'Abarwanya Kwiyamamaza kwa Nkurunziza

Mu Burundi, imyiyerekano yatangute ku musi w' Imana yabandanije mu Burundi ku munsi wa mbere, aho bikomeye akaba ari mu Ngagara, Mutakura, Nyakabiga, Kanyosha na Musaga. Ni inkuru yateguwe n'umunyamakuru Tabitha Mukamusoni uri i Bujumbura mu Burundi.

Your browser doesn’t support HTML5

Imyigaragambyo mu Burundi