Burundi: Imyiyerekano Ntiyabaye mu Murwa Mukuru Bujumbura

Umuntu agiye gutora igenekerezo rya 28 ukwezi kwa gatandatu 2010.

Mu Burundi, imyiyerekano yari yatumweko n’imigambwe irenga itanu, ifatanije n’abahoze bari mu mugambwe uri ku butegetsi, ntiyabaye ku musi wa gatatu itari 15, nk’uko vyari vyatangajwe:

Mu kiganiro yagiranye n'umunyamakuru Frederic Nkundikije w'Ijwi ry'Amerika, umukuru w’umugambwe Sahwanya Frodebu, Leonce Ngendakumana avuga kw’ivyari vyateguwe vyaranguwe.

Your browser doesn’t support HTML5

Leonce Ngendakumana

Edouard Nduwimana, umushikiranganji w’Uburundi ajejwe intwaro yo hagati ari I New York ho mur’iki gihe, wewe abona kw’ikintu catumye iyo myiyerekano itaba, ar’uko abanyagihgu bimye amatwi abari bayitumije, avuga ko bashaka kurenga amategeko. Ni mu kiganiro n'umunyamakuru Frederic Nkundikije.

Your browser doesn’t support HTML5

Minisitiri Nduwimana Edouard