Ishirahamwe "UBUMWE", mu Gisagara ca Dallas, muri Texas

  • VOA Africa
    Fidele Niyongabo
Umukuru w'Ishirahamwe, "UBUMWE", Gloria Uwayezu Nduwarugira

Umukuru w'Ishirahamwe, "UBUMWE", Gloria Uwayezu Nduwarugira

Ishirahamwe, "UBUMWE", rihuza Abarundi, Abanyarwanda n'Abanyekongo, muri Reta ya Texas, muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, rijejwe kubafasha kwiyungunganya, n'ugufatana mu nda.

Radiyo Ijwi rya Amerika ryaravuganye n'umuyobozi w'iryo shirahamwe, Gloria Uwayezu Nduwarugira, Melanie Mbundebahite, ajejwe ububiko bw'iryo shirahamwe, na Salomon Nibizi, umurundi aba mu gisagara ca Dallas.


Your browser doesn’t support HTML5

Ishirahamwe Rishasha ry'Abarundi, "UBUMWE", Abanyarwanda n'Abanyekongo muri Texas, muri Amerika