Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Pierre Nkurunziza, ku wa kane itariki 18 y’ukwezi kwa cumi na kabiri, niho yakoresha inama abanyagihugu bo mu ntara ya Ruyigi hamwe n’abajejwe umutekano.
Leonidas Hatungimana , umuvugizi wa presidence y’Uburundi avuga ko president yanezerejwe n’icegeranyo yashikirijwe cerekeye ukuntu umutekano wifishe mur’iki gihe.
Aratangura atubwira ivyavugiwe mur’iyo nama, mur’iki kiganiro yagiranye na mugenzi wacu Frederic Nkundikije:
Tumutege matwi.
Your browser doesn’t support HTML5
President Pierre Nkurunziza ku kibazo c'umutekano