Burundi: Gahunda yo Kuvura Abakenyezi n'Abana ku Buntu

Dr. Deo Niyizonkiza

Mugihe isi iriko irisuzuma ku migambi mpuzamakungu yitiriwe ikimpumbi mw'iterambere,
amagara y'abantu aracashigwa imbere.

Leta y'u Burundi ibandanya isigura umugambi wayo wo kuvuza abakenyezi n'abana batoyi
ku buntu, mugabo imfashanyo mpuza makungu mur'ico gisata yoyo iracakenewe.
"Abafasha igihugu ubwambere boba abarundi bo nyene, naho bitoroshe", ibi bikavugwa n'umupfasoni

Jeanne Gapiya Niyonzima hamwe na muganga Deogratias Niyonizigiye basanzwe bazwi mu
migambi yabo mu gisata c'amagara y'abantu, barangurira mu Burundi.

Ng'ivyo bimwe muvyo baganiriye n'umumenyeshamakuru wimenyereza kw'Ijwi ry'Amerika, Audace Machado, muri kino kiganiro mukurikira igice cambere uno munsi.

Your browser doesn’t support HTML5

Kuvura abakenyezi n'abana batoyi mu Burundi