Bamwe mu Barundi Baba Hanze, Bariyamiriza Umudurumbanyo n’Ubwicanyi

  • Frederic Nkundikije
Inyuma y’aho mu Burundi, abapolisi bataniye mu mitwe n’abanywanyi b’umugwambwe MSD, abarundi barabandanya gushikiriza ivyiyumviro vyabo kugira ng ivyashitse kw’igenekerezo ry’umunani ry’ukwezi kwa gatatu, ntibize bisubire gushika.

Barimyamiriza inyifato yo kutubaha abajejwe umutekano, ariko bakaniyamiriza kandi inyifato yo kutareka abanyagihugu ngo bidegemye, bashikirize ivyiyumviro vyabo ku mugaragaro.

Ivyo biri mu kiganiro twagiranye na Oscar Niragira, umukuru w’ishirahamwe ry’abarundi b’abanyamerika ryitwa UBUCA, Pascal Akimana, arongoye ishirahamwe ry’abarundi ryitwa Engaging for Action, hamwe na Diomede Richard, nawe nyene ari mu murwi nshingwabikorwa w’ishirahamwe UBUCA:

Mushobora gutega amatwi iki kiganiro:

Your browser doesn’t support HTML5

Ikiganiro ca Diomede, Oscar na pascal