Mu ndwi iheze, umushikiranganji w’Uburundi yaratangaje kw’ashize mu ngiro ingingo ya sentare ivuga kw’umukuru w’umugambwe Uprona yemewe n’amategeteko, ari Bonaventure Niyoyankana.
Iyo ngingo ivuga rero ko Charles Nditije yahora arongoye uyo mugambwe, atakiwuramutswa. Aho iyo ingingo itangarijwe rero, Vice president wa mbere, Bernard Busokoza, yaciye ayifuta, yamara president Pierre Nkurunziza nawe, atanezerejwe n’iyo ngingo ya vice president wiwe wa mbere, yaciye amukura akoresheje
Mbega abarundi bavuga iki kur’urwo ruhagarara rwa politike? Reka dutege amatwi Patiri Desire Yamuremye:
Ushobora kwumviriza:
Your browser doesn’t support HTML5
Ptiri Desire Yamuremye ku Ruhagarara rwa Politike mu Burundi