Intumwa Idasanzwe ya Amerika mu Karere k’Ibiyaga Binini, Russ Feingold, Ariko Ahimiriza MONUSCO Gufatira Ingingo Zikomeye Umurwi FDLR

  • Fidele Niyongabo

Docteur Salomon Baravuga

Intumwa idasanzwe ya reta Amerika mu karere ka Afrika y’Ibiyaga binini, Russ Feingold, yarahimirije inteko za ONU muri Congo, MONUSCO, gukora ibishoboka vyose kugira zituze umurwi w’abanyarwanda uri muri Congo FDLR, ngo nk’uko babikoze ku murwi M23.

Twaraganiye na Docteur, Salomon Baravuga, aharanira uburenganzira bw’ikiremwa muntu, akaba kandi avugira abami bose bo muri Congo, uko yakiriye ako kamo.

Yarashimye iyo ngingo y’intumwa isadanzwe ya Amerika, Russ Feingold.
Ku bindi dutege amatwi, Docteur, Salomon Baravuga:

Your browser doesn’t support HTML5

Intumwa isadanzwe ya Amerika mu karere k'ibiyaga binini ariko ahimiriza MONUSCO ku vyerekeye FDLR