Noel Nziza ku Bakunzi Bose b'Ijwi rya Amerika

  • VOA Africa
Noel ishitse mu gihe hari ibibazo bikomeye cane vy'ubutunzi kw'isi, na cane cane mu bihugu biri mu nzira y'amajambere, nk'ibihugu vyo muri Afrika. Abanyagihugu benshi ntabagira aho bakika umusaya, ntabigira ico bafungura, eka muri make ntibagira aho bikora.

Uwu musi wa Noel ube umusi w'ukwibuka abantu nkabo badafise aho bikora.