Prresident Pierre Buyoya yahoze atwra Uburundi, ari kumwe naThabo Mbeki yahoze atwara igihugu ca Africa y'Epfo, bari kumwe n'umusirikare w'intwazangabo wo mu muhari SPLA
Ingwano zirabica bigacika mu gihugu ca Sudani yo mu bumanuko hamwe no muri Republika ya Centre Africa.
Mu gihugu ca Sudani yo mu bumanuko, amakuru atangwa avuga kw’iyo ngwano yoba ihagaze ahanini ku moko abiri: AbaDinka hamwe n’abaNuer, mu gihe mu gihugu ca Republica ya Centre Afrika, ingwano isa n’iyifatiye ku madini.
Twaraganiye na president Pierre Buyoya, yahoze atwara Uburundi, akaba mur’iki gihe ari intumwa idasanzwe y’umukuru w’ishirahamwe rya Afrika mu gihugu ca Mali hamwe no mu ntara ya Sahel.
Mushobora gutega amatwi iki kiganiro: President Buyoya atangura avuga ku makuru yatangajwe na reta ya Sudani, avuga kw’abasirikare bagiye kwigarurira imirwa mikuru ibiri, yafashwe n’abarwanya ubutegetsi:
Your browser doesn’t support HTML5
President Buyoya kuri Sudani yo mu bumanuko na Republica ya Centre Africa