Rwasa Agathon Yaragiye Ahabona.

Abanyagihugu bashigikiye Agathon Rwasa

Abanyagihugu bashigikiye Agathon Rwasa

Hari ku musi wa kabiri, igenekerezo rya gatandatu ry’ukwezi kw’umunani igihe iyo nkuru yatangazwa.
Aho agiriye ahabona, umushingantahe, Agathon Rwasa, yaratangaje mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kw’akiri umukuru w’umugambwe FNL.

Yamara abategetsi bajejwe kwemera imigambwe, eka n’umukuru w’umugambwe FNL wo mur’iki gihe, barakanye ivyatangajwe n’umushingantahe Rwasa Agathon.

Reka twumvirize umushingantahe Emmanuel Miburo, arongoye umugambwe FNL:

Your browser doesn’t support HTML5

Umukuru wa FNL