Mu misi iheze, umushingantahe Joseph Bitamba yari mu Burundi, aho bimwe mu vyamujanye, harimwo gutunganya isenema, azohava yegeraniriza hamwe, inyuma y’aho azoba amaze gutahukira mu gihugu ca Cadana.
Ijwi rya Amerika, ryaramuteye akamo, kugira ngo atuganirire ivyo yatohoje.
Mushobora kwumviriza mu kiganiro, yagiranye na mugenzi wacu Frederic Nkundikije.