Mu gihugu c’Ubushinois, igitigiri c’abantu bahitanywe na ca nyamugigima cabaye ejo ku musi wa gatandatu mu gisagara ca Sichuan, cariyongeye:
Mur’ikik gihe ico gitigiri gishitse ku bantu barenga 160, mu gihe abarenga 6700, bakomeretse.
Ibiro vy’igihugu c’Ubushinois bijejwe gutangaza amakuru, bivuga ko president Xi Jinping yasavye kw’uburyo bwose bw’igihugu bukoreshwa mu kurondera abarokotse.
Amasanamu yafatiwe mu kirere hamwe n’amasamu yashikirijwe n’igisirikare, agacishwa kuri television, arerekana amazu hamwe n’ibisagara vyasambutse.