Amenyesha ko kutagira umuco, umuntu aba atakaje vyinshi.
Abandi bagize uruhara mu kiganiro na Massamba, ni Alexis Sharangabo aba mu karere ka Washington DC na Aimerie Mutabazi na Tijara Kabendera bari, i Kigali, mu Rwanda.
Tubatege amatwi:
Your browser doesn’t support HTML5
Album Nshasha, "Mpnga Nzima" Umuririmvyi Massamba Yimirije Gusohora