Ibikorwa vy'Ishirahamwe Ridakorera Inyungu, Association Tubane de Gikuzi

  • VOA Africa

Athanase Mbonimpa

Ishirahamwe, Association Tubane de Gikuzi, rifasha gukingira ibidukikije, kurwanya indwara ya Sida, n’ukwongereza umwimbu w’ibifungurwa.

Iryo shirahamwe, rifise icicaro, I Gikuzi, muri Komine ya Vugizo, mu ntara ya Makamba, mu bumanuko bw’Uburundi, ryashinzwe, mu mwaka w’2004, rikaba ryarekuriwe na Reta gutangura ibikorwa vyaryo, mu mwaka w’2006.

Ijwi rya Amerika, ryaraganiye, mu kiganiro giha ijambo abakwirikirana ibiganiro vyacu, na Athanase Mbonimpa, ayoboye iryo shirahamwe.

Abandi bagize uruhara, muri ico kiganiro, ni Consolate Niyizonkiza, akora muri iryo shirahamwe, na Richard Ninganza, avuka I Gikuzi, yamara, muri iki gihe, ari I Bujumbura.

Tubatege amatwi:

Your browser doesn’t support HTML5

Ishirahamwe, Association Tubane de Gikuzi