A visitor walks next to a sand sculpture on elections made by sand artist Sudarshan Pattnaik at a beach at Puri in the eastern Indian state of Odisha. Around 815 million people have registered to vote in the world's biggest election.
Abakwirikirana ibikorwa vy’iryo shule kuva ritanguye uyo mulimo, bavuga ko mur’iki gihe baronse ubumenyi bukwiye bushobora gutuma bayaga na bagenzi babo bo mu bihugu bihurikiye mw’ishirahmwe ryo mu buseruko bwa Afrika.
Twaraganiye na Felicien Hareriman, aserukira iryo shule, English Language Center, rikorana kandi rifashwa n’ishirahamwe Williams Academy, hamwe na Oscar Bahizi, umuhinga mu vyerekeye guhanahana amakuru hamwe n’umufasoni Alice Kabisa, umugwizatunga, yaronse ubumenyi mu rurimi rw'icongereza akuye mur’iyo shule: