Mukwirikirane ivya nyuma bivuye mu matora yo muri Amerika kuri RadiyoyacuVOA mobile

Perezida w'umudemokarate Barack Obama yongeye gutorerwa manda ya kabiri yo kuyobora Leta zunze ubumwe z'Amerika.