Felix Muheto Aherutse Gusohora Igitabo, “Le Charme Empoisonne”.

Ifoto ya Felix Muheto


Felix Muheto, umurundi aba mu gihugu ca Canada aherutse gusohora igitabo, “Le Charme Empoisonne” kivuga ku kibazo c’ugufata abapfasoni ku nguvu n’ingaruka zavyo mu bihugu aho ico kibazo kigumizwa mw’ibanga mu bituma kenshi abageramiwe n’iyi nyifato igayitse bahitamwo kunuma canke bagahunga imiryango n’ibihugu vyabo mu bishika mbere kuri bamwe ko bahitamwo kwiyica.

Uretse Felix Muheto, abandi batumire bandika bagize uruhara mu kiganiro c’uguha akaryo abadutega amatwi k’ukubaza ibibazo canke gushikiriza ivyiyumviro vyabo ni Nestor Nkurunziza na Ines Kidasharira bari I Bujumbura.

Your browser doesn’t support HTML5

Igitabo ca Felix Muheto, "Le Charme Empoisonne"