Uko wahagera

Zinédine Zidane Arashavujwe n'Abavuga ko Real Madrid yatsinze Juventus Kubera Ubusuma


Zinédine Zidane Arashavujwe n'Abavuga ko Real Madrid yatsinze Juventus Kubera Ubusuma
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:01:08 0:00

Umumenyereza wa Real Madrid, Zinédine Zidane ntashima ivyavuzwe inyuma y’urukino na Juventus ku wa gatatu. Zidane agira ati: " Iyo bavuze ko twivye sinshobora kuvyihanganira”!Urwo rukino rwaheze Real Madrid ironse tike yo kubandanya muri kimwe ca kabiri c’irushanwa rya “League des champions”.

XS
SM
MD
LG