Ntibiramenyekana icateye uwo umuriro umaze guhitana umwe ukonona amazu atari make muri Reta ya California. Abaharurwa mu bihumbi babaye baravanwa mu ngo zabo, umuyagankuba ucibwa ahatari hake.
USA: Amafoto y'Umuriro umaze guhitana umwe ukonona amazu atari make muri Reta ya California
9
10
11
12
Facebook Forum