Uko wahagera

Urunani Kira-Burundi Rwagiriza CENI Kurenga Amategeko


Domitien Ndayizeye yahoze ari prezida w'Uburundi ni umwe mu bategetsi b'urunani Kira-Burundi.
Domitien Ndayizeye yahoze ari prezida w'Uburundi ni umwe mu bategetsi b'urunani Kira-Burundi.

Urunani Kira-Burundi ruhurikiyemwo imigambwe itavuga rumwe n'ubutegetsi rwarungikiye urwandiko umukuru w'igihugu c'Uburundi rumumenyesha ko umugwi CENI ushobora gutuma amatora agenda nabi kubera utubahiriza amategeko.

Muri urwo rwandiko rwerekana ukuntu ku ntara 18 zigize Uburundi, abakandida barwo mu matora y'abashingamateka, abakenguzamateka n'abajenama b'amakomine rwemerewe mu zitarenga zitanu kandi rwujuje ibisabwa.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Nairobi muri Kenya, Eloge Willy Kaneza, araduha ibindi bisiguro kuri iyi nkuru.

Urunani Kira-Burundi Rwagiriza CENI Kurenga Amategeko
please wait

No media source currently available

0:00 0:03:59 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG