Uko wahagera

Uruhagarara muri Politike y’ Igihugu ca Cote d’ Ivoire


Mu gihugu ca Cote d’ Ivoire kimaze amezi ane mu mishamirane ikomeye.

Mu gihugu ca Cote d’ Ivoire kimaze amezi ane mu mishamirane ikomeye yahitanye n’ abantu amajana n’ amajana, inteko zishigikiye Alassane Ouattara yemegwa n’ amakungu ko ariwe mukuru w’ ico gihugu yatowe, ziriko ziragwana zigarurira ibisagara vyose vy’ igihugu vyari mu minwe ya Laurent Gbagbo yanse kuva ku butegetsi inyuma y’ amatora y’ umukuru w’ igihugu yabaye mu mpera z’ ukwezi kwa cumi na kumwe mu mwaka uheze. Mu kiganiro twagiranye n’ umushingantahe Jean-Berchimans Ndayizigiye, umurundi aba mu ntara ya Virginie muri Amerika yanonosoye ivyerekeye ugotorera inyishu amatati, yaratubwiye ico yiyumvira ku buryo bwakoresherejwe mu kugerageza guhagarika urwo ruhagarara ruri muri politike y’ igihugu ca Cote d’ ivoire.

XS
SM
MD
LG