Uko wahagera

Umuririmvyi Kidumu Ntakangwa n'Uburozi


Umuririmvyi Kidumu Jean Pierre

Inyuma y'indwi zibiri hafi yemeje ko yahawe ishano ku murwa mukuru Bujumbura, i Burundi, umuririmvyi rurangiranwa w'Umurundi Jean Pierre Nimbona azwi kw'izina rya Kidumu yahaye ikiganiro Ijwi ry'Amerika aho asigura ko amagara yiwe ubu yifashe neza.

Yaganiriye n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Nairobi, Eloge Willy Kaneza

Umuririmvyi Kidumu Ntakangwa n'Uburozi
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:03 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG