Uko wahagera

Ubwoba bwa COVID-19 kw'Ishure rya Independante mu Burundi


Abanyeshure bo kuri Independante mu kibuga
Abanyeshure bo kuri Independante mu kibuga

Amakenga ni yose ku bavyeyi barereye mw'ishure ryigenga ryitwa "Ecole Independante" na bamwe mu bigisha bo kuri iryo shure, riherereye i Bujumbura mu Burundi.

Ni inyuma y'amakuru y'uko umwe mu bigisha bo kuri iryo shure yoba yanduye umugera wa Virusi ya Corona. Ubuyozi bwa Ecole Independante bwahakaniye Ijwi ry'Amerika ayo makuru.

Gusa, ico bwemeje ni uko umupfasoni w'uwo mwigisha, asanzwe ari umukuru w'igisata kijejwe kwakira abakenyezi bibaruka kw'ivuriro ryitiriwe umuganwa Ludoviko Rwagasore, ari we basanganye ubwandu.

Apollinaire Bizindavyi, umukuru w'ishure Indepandante yabibwiye mugenzi wacu Diane Nininahazwe mu kiganiro bagiranye.

Ubwoba bwa COVID-19 kw'Ishure rya Independante mu Burundi
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:23 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG