Uko wahagera

Impunzi z'Abarundi Zicumbikiwe i Nduta muri Tanzaniya


Impunzi zari mu nkambi ya Mtendeli zimuriwe mu nkambi ya Nduta

Muri Tanzaniya, ishami ry'Umuryango w'Abibumbye ryita ku mpunzi (HCR) ryasubije leta inkambi ya Mtendeli iheruka gufungwa burundu mu kwezi kwa 12 umwaka ushize 2021. Ni nyuma y'aho impunzi zirenga 19000 zari ziyisigayemo zimuriwe mu nkambi ya Nduta.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika, James Jovin, ukorera muri Tanzaniya yakurikiranye igikorwas cyo gusubiza iyo nkambi mu maboko ya leta, ategura inkuru ikurikira.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:06 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG