Uko wahagera

Ntibantunganya Arongoye Umurwi wa EAC mu Matora muri Tanzaniya


Sylvestre Ntibantunganya Arongoye umurwi w'abarorerezi ba EAC
Sylvestre Ntibantunganya Arongoye umurwi w'abarorerezi ba EAC

Sylvestre Ntibantunganya yahoze ari Perezida w’Uburundi yagenwe kuyobora umurwi w'umuryango wa Afrika y'ubuseruko uzokurikirana amatora y'Umukuru w'igihugu muri Tanzaniya.

Bwana Ntibantunganya ayoboye itsinda ry'indorerezi zigera kuri 30, ziteguye kuzokurikirana amatora rusangi yo mu gihugu gituranyi cya Tanzaniya. Ni amatora azoba italiki 28 z’uku kwezi kw’icumi. Ntibantunganya yaganiriye n'umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Frederic Nkundikije.

please wait

No media source currently available

0:00 0:09:57 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG