Uko wahagera

Sentare Yo Muri Reta Zunze Ubumwe Za Amerika, Yariyamirije Urubanza Rwashingiwe President W’Urwanda, Paul Kagame

Sentare ya reta ya Amerika mu ntara ya Oklahoma, ku musi wa gatanu, yarimiyarije urubanza, umutambukanyi w’umuhisi Juvenal Habyalimana yahoze atwara Urwanda hamwe n’umutambukanyi w’umuhisi, Cyprien Ntaryamira yahoze atwara Uburundi, bashingiye president Paul Kagame.

Iyo sentare yavuze ko president Paul Kagame, afise uburenganzira bwo kudakwirikiranwa muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika:

Inyuma y’aho iyo sentare, ishikiririje urwo rubanza, Frederic Nkundikije, yarabajijwe umushikiranganji w’Urwanda ajejwe ubutungane, Tharcisse Karugarama, ukuntu abategetsi bo mu Rwanda, bakiriye inkuru y’urwo rubanza.

Tumutege amatwi:

XS
SM
MD
LG