Uko wahagera

Kuronsa Akazi Umupfasoni Yahohotewe Vyotuma Yibagira Ayo Yagowe?


Kuronsa Akazi Umupfasoni Yahohotewe Vyotuma Yibagira Ayo Yagowe?
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:00:55 0:00

Mu Buhindi Sentare nkuru y'igihugu yahaye ubuzi abagera kuri batandatu bahohotewe ngo bahozwe, bongere basubire Kwikunda. Mu bahawe akazi, harimwo umwe yahinduwe igitsina, n'abandi baturijwe acide n'abashingantahe babo.Uko ari 6, barashima amahirwe baronkejwe n'iyo sentare

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG