Uko wahagera

Ikibazo c’Umutekano mu Matora yo muri Uganda


Umunyamakurur Didace Gasana uba i Kampala, yavuze ko impungenge z'umutekano zigaragaza mu batuye umurwa mukuru Kampala

Tukivuga ku matora yo muri Uganda, mugenzi wacu Etienne Karekezi yabajije umwanditsi mukuru w'ikinyamakuru Umuseso, Didace Gasana uba i Kampala, niba hari impungenge z'umutekano zigaragaza mu batuye umurwa mukuru. Uwo munyamakuru yamenyesheje ko abatavuga rumwe na reta avuze ko Uganda gishobora kuba nka Misiri mu gihe amatora yokwibwa,

Abanya Uganda bafise ubwoba ko hashobora kuba umudugararo ariko Leta ya Uganda nayo yafashe ingingo yo kwongereza abapolisi bajejwe umutekano mu mihanda.

Etienne Karekezi na Didace Gasana baraganiye kuri ico kiazo c’umutekano mu matora yo muri Uganda

XS
SM
MD
LG