Uko wahagera

Rwanda: Urubanza rw'Ihohotera Rishingiye ku Gupfa Umugabo


Bamwe mu Bagirizwa kuba barahohoteye umugenzi wabo bamuziza umugabo
Bamwe mu Bagirizwa kuba barahohoteye umugenzi wabo bamuziza umugabo

Ubushinjacyaha bw'u Rwanda burasabira abagore barindwi n'umugabo umwe gufungwa imyaka 25.

Burabarega icyaha cy'ubugome cy'ubwinjiracyaha bw'ubwicanyi gikomoka ku gukubita no gukomeretsa umukobwa w'inshuti mugenzi wabo. Abasesengurira ibintu hafi bakavuga ko intandaro nyamukuru bapfa abagabo.

Inkuru yategwuwe n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eric Bagiruwubusa.

Rwanda: Urubanza rw'Ihohotera Rishingiye ku Gupfa Umugabo
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:48 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG