Uko wahagera

Rwanda: Impunzi Zigiye Kuza Ziravugwa kwa Gusa Ingwara Zirimwo Cancer

Agentes federales del Departamento de Seguridad Nacional permanecen parados junto a la apertura de un túnel en EEUU dentro de un almacén después de que la oficina del fiscal de EEUU anunciara el descubrimiento de un túnel subterráneo desde México, cerca de la frontera en San Diego, California.

Ishami rya ONU ryitaho impunzi, HCR, ryemeye kwongereza urutonde rw’ingwara zivugwa ku buntu mu mpunzi ziba mu Rwanda zigwiriyemwo Abarundi.

Muri izo ngwara harimwo Cancer, Diabete, Malariya no kuvura abahuye n’amasanganya hamwe n’izindi ngwara zidakira baba ku baba mu makambi canke ababa mu gisagara.

Komite y’impunzi irashimira Reta y’u Rwanda hamwe na HCR igasaba ko iruhande y’uko kuvuzwa, abarwayi bafise ingwara zibasaba gufungura indya zihariwe boza barazironswa.

HCR ubundi yahora ivuza ku buntu abana bafise munsi y’imyaka 12, abagore bibungenze hamwe n’abari hejuru y’imyaka 60 gusa ariko ubu ubwo bufashwa buzohabwa n’abari hagati y’imyaka 12 kugeza kuri 60.

Izo ngorane zo kuvurwa ingwara nk’izo zari zifiswe n’impunzi ziba mu bisagara gusa kuko iziba mu makambi y’impunzi nka Mahama irimwo Abarundi barenga ibihumbi 58 bitaweho 100 % ku ngwara zose ata kuraba imyaka bafise.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG