Uko wahagera

Robo Zoba Zigiye Kuza Zirugurura Imiryango Ata Nkomanzi?


Robo Zoba Zigiye Kuza Zirugurura Imiryango Ata Nkomanzi?
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:00:56 0:00

Uruganda rwo muri Amerika, Boston Dynamics, rukora ama Robo rwemeza ko mu misi iri imbere, Robo zizokora akazi ko kugara no Kugurura imiryango! Urwo ruganda rutanga akarorero ka ino Robo rwatanguye kugeragerezako, yashoboye kurwana n’umuntu yayibuza kugurura umuryango gushika ibishitseko.

XS
SM
MD
LG