Uko wahagera

Reta y'Uburundi Igabisha Abanyamigambwe Bakomeje Gushamirana

Evariste Ndayishimiye na Agathon Rwasa bayoboye imigambwe yagirizanaya agasomborotso
Evariste Ndayishimiye na Agathon Rwasa bayoboye imigambwe yagirizanaya agasomborotso

Umugambwe CNL utavuga rumwe n’ubutegetsi mu Burundi wongeye kwagirizwa uguhohotera abanywanyi ba mukeba wawo, CNDD-FDD.

Ni ivyagiriji uwo mugambwe uhakana. Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal Barandagiye, agabisha abatazohindura ingendo bose.

Inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Desire Hatungimana

Hagati ya CNDD-FDD na CNL  ni nde Asotora Uwundi?
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:48 0:00


This item is part of
XS
SM
MD
LG