Uko wahagera

Repuburika iharanira demokarasi ya Congo na Mali

Urukino rwa nyuma rwa CHAN iriko irabera mu Rwanda, ruzohuza Repuburika iharanira demokarasi ya Congo na Mali, Mali ikaba yaronse ubwo burenganzira itsinze Cote d' Ivoir igitsindo kimwe kubusa. Abakurikiranye zino nkino bamenyesheje ko atagitangaje kubona iyo migwi igera murukino rwa nyuma

XS
SM
MD
LG